Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 16:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Binjiye mu mva, babona umuntu asa n’umusore yambaye ikanzu yera cane, yicaye ku ruhande rw’i buryo, maze bagira ubwoba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Maze binjiye mu mva, babona umusore yicaye mu ruhande rw’i buryo, yambaye imvune yera, barūmirwa cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 16:5
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mu maso hiwe hasa n’umuravyo, kandi impuzu ziwe zarera derere.


Abantu bose baratangara, barabazanya bati: “Mbega ibi ni ibiki? Ni inyigisho nshasha kandi zirimwo ububasha! N’impwemu mbi na zo arazitegeka zikamwumvira!”


Nuko ajana na Petero, na Yakobo na Yohana maze atangura kugira agahinda kenshi cane no guhagarika umutima.


Ariko bahashitse, bararaba babona ca kibuye camaze kuvaho.


Abantu bose babonye Yesu aserutse baratangara cane, biruka baja kumuramutsa.


Zakariya amubonye afatwa n’ubwoba bwinshi.


Mu nyuma, wa mwigishwa yashika ku mva ubwa mbere na we yinjira mu mva, aravyibonera kandi arizera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ