Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 16:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ariko bahashitse, bararaba babona ca kibuye camaze kuvaho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Maze bunamuye amaso babona ca kibuye catembagajwe cavuyeho, kandi cari kinini cane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 16:4
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

hanyuma agishira mu mva nshasha yari aherutse kwiyimbishiriza mu gitandara. Nuko aca atembagariza ikibuye kinini ku muryango w’iyo mva arayugara.


Baca baragenda bashira ikimenyetso ku kibuye cugaye imva, hanyuma bashiraho abasoda bo kuyicunga.


Bariko baragenda barabazanya bati: “Ni nde aja kudukurira ca kibuye ku bwinjiriro bw’imva?”


Binjiye mu mva, babona umuntu asa n’umusore yambaye ikanzu yera cane, yicaye ku ruhande rw’i buryo, maze bagira ubwoba.


Bahashitse, basanga ikibuye cari cugaye imva catembagajwe,


Kare mu gitondo ku musi wa mbere w’indwi, mu bucagucagu, Mariya Magadalena yazindutse ku mva asanga ca kibuye cari cugaye imva cakuweho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ