Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 16:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Bariko baragenda barabazanya bati: “Ni nde aja kudukurira ca kibuye ku bwinjiriro bw’imva?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Barabazanya, bati Ni nde adutembagariza ikibuye co ku munwa w’imva?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 16:3
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kare mu gitondo ku musi wa mbere utangura indwi, izuba riserutse, bafata inzira baja ku mva.


Ariko bahashitse, bararaba babona ca kibuye camaze kuvaho.


Kare mu gitondo ku musi wa mbere w’indwi, mu bucagucagu, Mariya Magadalena yazindutse ku mva asanga ca kibuye cari cugaye imva cakuweho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ