Mariko 16:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Isabato iheze, Mariya Magadalena, Mariya nyina wa Yakobo na Salome baja kugura amavuta amota neza kugira ngo baje kuyasiga umubiri wa Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Maz’ isabato ishize, Mariya Magadalene, na Mariya nyina wa Yakobo, na Salome bagura ibimota neza, ngo baje kubimusīga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |