9 Pilato arababaza ati: “Mushaka ko ndabarekurira Umwami w’Abayuda?”
9 Pilato arababaza, ati Muragomba ko mbarekurira Umwami w’Abayuda?
Yari azi neza ko abakuru b’abaherezi bamuzaniye Yesu kubera ishari.
Nuko abantu baraza basaba Pilato kubarekurira imbohe nk’uko yari asanzwe abikora.
Ariko musanzwe mufise umugenzo wo kunsaba imbohe imwe mu gihe c’imisi mikuru ya Pasika. Mushaka ko ndabarekurira Umwami w’Abayuda?”