Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 15:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Nuko abantu baraza basaba Pilato kubarekurira imbohe nk’uko yari asanzwe abikora.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ishengero riradūga, ritangura gusaba kw abagirira nk’uko yamenyereye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 15:8
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mu gihe c’imisi mikuru ya Pasika, umutware w’Umuroma yari afise umugenzo wo kurekura imbohe abantu bihitiyemwo.


Nuko Yesu ava i Kaperinawumu aja mu ntara ya Yudaya, hakurya y’uruzi Yorodani. Na ho nyene abantu isinzi baza aho ari, aca arabigisha nk’uko yari asanzwe abikora.


Hariho umugabo yitwa Baraba yari mw’ibohero kuko we na bagenziwe bagirizwa ubwicanyi mu migumuko.


Pilato arababaza ati: “Mushaka ko ndabarekurira Umwami w’Abayuda?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ