Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 15:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Hariho umugabo yitwa Baraba yari mw’ibohero kuko we na bagenziwe bagirizwa ubwicanyi mu migumuko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Hārih’ umwe yitwa Baraba, yabohanywe n’abāgararije, bishe abantu mur’ ukwo kugarariza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 15:7
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico gihe, hariho imbohe izwi cane yitwa Yesu Baraba.


Igihe cose mu misi mikuru ya Pasika, hari umugenzo wo kurekura imbohe abantu bisabiye.


Nuko abantu baraza basaba Pilato kubarekurira imbohe nk’uko yari asanzwe abikora.


Nuko aca arekura wa mugabo yari apfunzwe yagirizwa imigumuko n’ubwicanyi, uwo bari basavye ko yobarekurira, hanyuma abaha Yesu ngo bamukoze ico bashaka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ