Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 15:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Igihe cose mu misi mikuru ya Pasika, hari umugenzo wo kurekura imbohe abantu bisabiye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Mur’ iyo misi mikuru yahora abarekurira imbohe imwe, uwo bamusavye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 15:6
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

“Nk’uko musanzwe mubizi, Umusi Mukuru wa Pasika, ugiye kuba mu misi ibiri: Umwana w’Umuntu azofatwa atangwe kugira ngo abambwe.”


Barasezerana bati: “Ariko ntidukwiye kumufata mu misi mikuru kuko abantu bohava bagumuka.”


Hariho umugabo yitwa Baraba yari mw’ibohero kuko we na bagenziwe bagirizwa ubwicanyi mu migumuko.


ariko Petero we asigara hanze. Maze wa mwigishwa yari azwi n’umuherezi mukuru aragaruka avugana n’umukobwa yarinda umuryango, na we yemerera Petero kwinjira.


Pilato aca atanga Yesu kugira ngo bamubambe. Nuko baramufata baramujana.


Haheze imyaka ibiri, Felisi asubirirwa na Porukiyo Fesito, ariko kubera Felisi yagomba kunezereza Abayuda, asiga adakuye Pawulo mw’ibohero.


Kubera Fesito yagomba gushimisha Abayuda, aca abaza Pawulo ati: “Uriteguye kuduga i Yerusalemu kugira ngo uburanire imbere yanje hariya?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ