Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 15:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Pilato aramubaza ati: “Mbega nta co wishura? Mbega ntiwumva ivyo bakurega?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Pilato yongera kumubaza, ati Nta co wiregura? Umve ivyo bakwagiriza ingen’ ari vyinshi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 15:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma umuherezi mukuru aca arahaguruka, abwira Yesu ati: “None wewe nta co wireguza? Ibi birego bakwagiriza ubivugako iki?”


Pilato aramubwira ati: “Mbega ntiwumva ivyo bakurega?”


Maze abakuru b’abaherezi bamurega ibirego vyinshi.


Ariko Yesu ntiyagira ico yishura, bituma Pilato atangara.


Pilato aramubaza ati: “Ni kuki utanyishura? Ntuzi ko mfise ububasha bwo kukurekura canke kukubamba?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ