Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 15:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Pilato aramubaza ati: “Woba uri umwami w’Abayuda?” Yesu aramwishura ati: “Uvuze ukuri, ndi we.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Pilato aramubaza, ati Ni wewe Mwami w’Abayuda? Na we aramwishura, at’ Urarivuze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 15:2
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Barabaza bati: “Umwami w’Abayuda yavutse ari hehe? Twabonye inyenyeri yiwe mu buseruko none tuzanywe no kumusenga.”


Pilato arababaza ati: “None uwo mwita umwami w’Abayuda ndamugire nte?”


Nuko batangura kumucokora bati: “Turagize bwakeye, Mwami w’Abayuda!”


Icandiko c’ibirego vyatumye abambwa cavuga ngo: umwami w’abayuda.


Maze abakuru b’abaherezi bamurega ibirego vyinshi.


Pilato arababaza ati: “Mushaka ko ndabarekurira Umwami w’Abayuda?”


Kandi ndakwinginze imbere y’Imana, yo itanga ubuzima kuri bose, n’imbere ya Kristo Yesu yashinze intahe nziza imbere ya Pontiyo Pilato,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ