Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 15:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nuko batangura kumucokora bati: “Turagize bwakeye, Mwami w’Abayuda!”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 batangura kumuramutsa, bati Ndagize bgakeye, Mwami w’Abayuda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 15:18
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

hanyuma bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe. Bamufatisha mu kuboko kw’i buryo inkoni y’irenga. Maze, bamupfukama imbere bamushinyagurira bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!”


bamwambika ikanzu itukura, bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe.


Bamukubita kenshi irenga ku mutwe, bamucirako amate. Bapfukama imbere yiwe bamushinyagurira ngo baramwubashe.


Pilato aramubaza ati: “Woba uri umwami w’Abayuda?” Yesu aramwishura ati: “Uvuze ukuri, ndi we.”


bamwegera kenshi bavuga bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita mu maso.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ