Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 15:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Nuko abasoda bajana Yesu mu rugo rw’imbere (ni ukuvuga aho umutware w’Umuroma yakorera), bahamagara abandi basoda bagize umugwi wabo,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Maz’ abasoda bamujana imbere mu rugo, ari rwo boma, bahamagara ingabo zose, ziraterana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 15:16
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’abakuru b’Abayuda, bakoranira mu rugo rw’umuherezi mukuru Kayafa,


bamwambika ikanzu itukura, bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe.


Urubanza rwa Yesu imbere ya Kayafa rwaheze kare mu gitondo. Mu nyuma baciye bamujana ku kirimba c’uwaserukira ubwami bw’Abaroma. Ariko abakuru b’Abayuda ntibinjiye kuko banka kwihumanya kugira ngo bashobore guhimbaza umusi mukuru wa Pasika.


Nuko Pilato asubira ku kirimba, ahamagara Yesu, aramubaza ati: “Uri Umwami w’Abayuda?”


Abasoda bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe, bamwambika n’impuzu y’ubwami,


Aca asubiza Yesu mu kirimba, aramubaza ati: “Uri uwa he?” Ariko Yesu ntiyagira ico amwishura.


I Kayisariya hari umugabo yitwa Koruneliyo, yari umugabisha w’umuce w’ingabo bita Umuce w’Abataliyano.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ