Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 15:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Abakuru b’abaherezi batangura kugumura abantu ngo basabe Pilato abarekurire Baraba mu kibanza ca Yesu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Maz’ abaherezi bakuru bosha ishengero gusaba ngw ivyoba vyiza abarekurire Baraba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 15:11
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mwihakanye Uwera, Umugororotsi, musaba ko barekura umwicanyi.


Barasemerera bati: “Oya, si we dushaka! Turekurire Baraba!” Uwo Baraba yari umugumutsi.


Ariko abakuru b’abaherezi n’abakuru b’Abayuda, bemeza abantu ko basaba Baraba kugira ngo Yesu abe ari we abambwa.


Yari azi neza ko abakuru b’abaherezi bamuzaniye Yesu kubera ishari.


Pilato arababaza ati: “None uwo mwita umwami w’Abayuda ndamugire nte?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ