Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 14:71 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

71 Petero atangura kurahira yisiba ati: “Ndabarahiye, uwo mugabo sindamuzi.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

71 Na we atangura kurahira arīsiba, at’ Uyo muntu muvuga sindanamuzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 14:71
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Petero yongera kubihakana. Haheze akanya, abari bahagaze hafi ya Petero baramubwira bati: “Ni ivy’ukuri uri umwe muri bo, kuko uva i Galilaya.”


Uwo mwanya nyene isake ica ibika ubugira kabiri. Nuko Petero na we aca aribuka ijambo Yesu yari yamubwiye ati: “Isake itarabika kabiri, uzoba umaze kunyihakana gatatu kose, uvuga ko utanzi.” Maze aca araturikisha ararira.


Nuko rero uwibaza ko ahagaze, yiyubare ntagwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ