Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 14:53 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

53 Nuko bafata Yesu bamujana mu rugo rw’umuherezi mukuru, ahari hakoraniye abakuru b’abaherezi, abatware, n’abigisha b’ivyagezwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

53 Bajana Yesu ku muherezi mukuru, abaherezi bakuru bose n’abashingantahe n’abanyabgenge b’ivyanditswe bakoraniraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 14:53
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kare mu gitondo, abakuru b’abaherezi hamwe n’abatware, n’abigisha b’ivyagezwe, ari bo bari bagize inama nkuru y’idini ry’Abayuda barakorana, bagira inama. Nuko baboha Yesu, bamujana kwa Pilato.


Uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’abakuru b’Abayuda, bakoranira mu rugo rw’umuherezi mukuru Kayafa,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ