52 aca abatana wa mutamana ahunga ari gusa.
52 abatāna impuzu yiwe, ahunga amēnya.
Ariko umusore umwe agerageza gukurikira Yesu yambaye umutamana wonyene, na we nyene baza kumufata,
Nuko bafata Yesu bamujana mu rugo rw’umuherezi mukuru, ahari hakoraniye abakuru b’abaherezi, abatware, n’abigisha b’ivyagezwe.