Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 14:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Iyo agurishwa yari kuvamwo idenariyo zirenga amajana atatu, maze ayo mafaranga agafasha aboro.” Banegura cane ivyo uwo mugore akoze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kuko yoshoboye kugurwa idenariyo amajana atatu arenga, zigahabga aboro: baramwidodombera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 14:5
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo mukozi agisohoka ahura na mugenziwe bakorana amuheraniye idenariyo ijana. Amufata mw’izosi atangura kumunigura ati: ‘Ndiha umwenda umfitiye ningoga!’


Abo bamaze guhembwa baca bidodombera nyene umurima,


Aya mavuta yari kugurishwa amahera menshi agafasha aboro.”


Bamwe mu bari aho bongorerana bababaye bati: “Ni kuki yononye ayo mavuta?


Yesu arababwira ati: “Mbega uwu mugore mumugorera iki? Ankoreye ikintu ciza.


Maze Abafarisayo n’abigisha b’ivyagezwe batangura kwidodomba bati: “Uwu mugabo yicarana n’abanyavyaha, agasangira na bo!”


Kubera Yuda ari we yari ajejwe ikigega, bamwe bibajije ko Yesu amusavye kugura ibikenewe vy’umusi mukuru, canke kugira ico aha abakene.


Yesu arabishura ati: “Nimureke kwidoga hagati muri mwebwe.


Filipo aramwishura ati: “Naho tworonka idenariyo amajana abiri, ntitwokuramwo ivyokurya bikwiye n’umutamiro w’umwe umwe.”


Kandi ntimukidodombe nk’uko bamwe babigize, maze bakicwa n’umumarayika muranduzi.


Uwiba ntakongere kwiba, ariko atangure gukora, akoreshe amaboko yiwe mu buryo bwiza kugira ngo aronke ikimutunga n’ico gufashisha umukene.


Mukore vyose mutidodomba kandi mudaharira,


Abo bantu ni abanyamwikomo bama bidodombera abandi; bakurikira ivyipfuzo vyabo bibi; barishira hejuru kandi bakoresha amajambo meza babesha abandi mu kurondera inyungu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ