Mariko 14:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Agarutse aho bari ubugira gatatu, arababaza ati: “Mbega n’ubu muracasinziriye, muriruhukiye? Ehe, isaha irageze, Umwana w’Umuntu agira atangwe mu maboko y’abanyavyaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Agaruka ubugira gatatu, arababarira, ati Ni mwisinzirire noneho, muruhuke: biraheze. Igihe kirashitse; rāba Umwana w’umuntu ashizwe mu maboko y’abanyavyaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |