Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 14:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Bamwe mu bari aho bongorerana bababaye bati: “Ni kuki yononye ayo mavuta?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Bamwe muri bo barītonganya, bati Mbeg’ ubu buhombe bg’aya mavuta n’ubg’ iki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 14:4
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bamwe cumi bandi bavyumvise, bashavurira abo bahungu babiri bavukana.


Ico gihe Yesu yari i Betaniya mu nzu kwa Simoni, yahoze ari umunyamibembe. Ariko arafungura, haza umugore afise icupa ryiza ririmwo amavuta amota cane kandi y’igiciro kinini ahinguwe mu giti bita narada. Nuko yugurura rya cupa, asuka ya mavuta ku mutwe wa Yesu.


Iyo agurishwa yari kuvamwo idenariyo zirenga amajana atatu, maze ayo mafaranga agafasha aboro.” Banegura cane ivyo uwo mugore akoze.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ