Mariko 13:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Mube maso! Bazobafata babajane imbere y’ubucamanza, kandi bazobakubitira mu masinagogi. Muzohagarara imbere y’abatware n’abami muzira kuba abigishwa banje, kugira ngo mushingire intahe imbere yabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ariko mwiyubare: kuko bazobashengerana mu manza, muzoshishagurirwa mu masinagogi, kandi muzohagarara imbere y’abaganza n’abami babampōra, mube ikimenyetso kibabere icabona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |