Mariko 13:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Ariko ku bijanye n’umusi canke isaha, baba abamarayika bo mw’ijuru, canke Umwana ubwiwe, nta n’umwe abizi uretse Data wenyene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Arik’ uwo musi cank’ iyo saha, nta wubizi, n’iyo boba abamarayika bo mw ijuru, cank’ Umwana w’Imana, atari Data gusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |