Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 13:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Mbega ukuntu iyo minsi izoba ari iy’umubabaro utagira ingene wovugwa ku bagore bibungenze n’abazoba bonsa!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Ariko mur’ iyo misi abazoba batwaye inda n’abonsa bazobona ibara:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 13:17
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuko igihe kigiye gushika, aho abantu bazovuga bati: ‘Hahiriwe abagore batigeze bavyara, n’inda zitigeze zibungenga, hamwe n’amabere atigeze yonsa.’


Ese ukuntu iyo minsi izoba ari iy’umubabaro utagira ingene wovugwa ku bagore bibungenze n’abazoba bonsa! Kizoba ari igihe c’umubabaro mwinshi mu gihugu, n’uburake bw’Imana kuri ubu bwoko.


Babaza Yesu bati: “Mbega urumva ivyo aba bana bariko baravuga?” Na we arabishura ati: “Egome. Mbega ntimurasoma Ivyanditswe bivuga ngo: ‘Mu kanwa k’abana bato n’inzoya, wahironkeye amashimwe’?”


Uwuzoba ari mu murima ntaze asubire i muhira gutora umutamana.


Musenge kugira ngo ntibize bishike mu gihe c’imbeho nyinshi cane,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ