16 Uwuzoba ari mu murima ntaze asubire i muhira gutora umutamana.
16 ūzoba ari mu mirima ntaz’ asubizwe inyuma no gusahura umutamana wiwe.
Uwuzoba ari hejuru ku nzu, ntazosubire mu nzu kurondera ivyo ahungana.
Mbega ukuntu iyo minsi izoba ari iy’umubabaro utagira ingene wovugwa ku bagore bibungenze n’abazoba bonsa!