Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 12:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Nuko baca baramufata, baramwica, bamukwegera inyuma y’umurima w’uruzabibu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Baramufata, baramwica, bamukwegera inyuma y’uruzabibu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 12:8
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umviriza uwundi mugani. Habaye umuntu yari afise itongo hanyuma aririmamwo imizabibu. Ararizitirira, yimba ahantu ho kuganira imizabibu, yubaka n’umunara wo gucungererako urwo ruzabibu. Hanyuma azeza uwo murima abarimyi, afata urugendo rwa kure.


Nuko baca baramufata, bamukwegera inyuma y’umurima w’uruzabibu, bamwicirayo.


Ariko ba barimyi bamubonye baravugana bati: ‘Uwu ni we azoba samuragwa. Reka tumwice kugira ngo twegukire ivyo yorazwe.’


None mwibaza ko nyene uruzabibu niyaza azobagira gute? Azoza yice abo barimyi, maze urwo ruzabibu aruzeze abandi.


Nuko bamukwegera inyuma y’umurima w’uruzabibu bamwicirayo. None mwibaza ko nyene uruzabibu niyaza azobagira gute?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ