Mariko 12:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Umuhungu wiwe akunda cane ni we yari asigaranye yashobora gutuma. Nuko amurungika ubwa nyuma yibwira ati: ‘Umuhungu wanje we bazomusonera.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Yar’ agisigaranye umwe, umwana wiwe akunda: hanyuma amubatumako, ati Bazosonera umwana wanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |