Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 12:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Hanyuma arungika uwundi mukozi, uwo we baca baramwica. Yarungitse abakozi benshi, bamwe barabakubita, abandi barabica.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Atuma uwundi, uwo we baramwica: atuma n’abandi benshi, bamwe barabashishagura, abandi barabica.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 12:5
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

abandi na bo bafata abakozi biwe barabakubagura, hanyuma barabica.


Yewe Yerusalemu, yewe Yerusalemu! Wewe wica abavugishwa n’Imana, ugatera amabuye abagutumweko! Ni kangahe nagerageje kwegeranya abana bawe nk’uko inkoko yegeranya uduswi twayo mu mababa yayo, ariko ukanyankira!


Muze munezerwe kandi muhimbarwe kuko impera yanyu izoba ari nini mw’ijuru. Uko ni ko bahamye abavugishwa n’Imana babitangiye imbere.


Yongera arungika uwundi mukozi, na we baramucokora, bongera bamukubita mu mutwe.


Umuhungu wiwe akunda cane ni we yari asigaranye yashobora gutuma. Nuko amurungika ubwa nyuma yibwira ati: ‘Umuhungu wanje we bazomusonera.’


Ariko ndababwire, Eliya yamaze kuza, kandi abantu bamukoreye ivyo bishakiye, nk’uko Ivyanditswe vyera bibivuga.”


Mugire impuhwe nk’uko So wo mw’ijuru ari umunyampuhwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ