Mariko 12:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Nuko Yesu yicara hafi y’ico batorezamwo amashikanwa mu rusengero, araba ingene abantu bashiramwo amafaranga y’ishikanwa. Benshi mu batunzi batanga menshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Yicara yerekeye ku masandugu y’amahera, abona ingen’ ishengero rishikana amahera, bayaterera mur’ ayo masandugu: benshi b’abatunzi batereramwo menshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |