Mariko 12:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Yesu abonye ko yishuranye ubwenge, aramubwira ati: “Nturi kure y’Ubwami bw’Imana.” Inyuma y’ivyo nta muntu yasubiye kwubahuka kumubaza ibibazo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Yesu abonye amwishuranye ubgenge, aramubgira, ati Nturi kure y’ubgami bg’Imana. Ntihāgira ūsubira kwubahuka kugira ico amubaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |