3 Ba barimyi bafata uwo mukozi, baramukubita, bamurungika iminwe misa.
3 Baramufata, baramushishagura, bamurungika gusa.
Umunyakananikazi wo muri iyo ntara, aza aho ari atakamba ati: “Mwami, Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi! Umukobwa wanje aboshwe n’umudayimoni kandi aramubabaje cane!”
Iyimbura rigeze, atuma umukozi wiwe kuri ba barimyi gutora igice c’umwimbu kimwegukira.
Yongera arungika uwundi mukozi, na we baramucokora, bongera bamukubita mu mutwe.
Mbega hari umuvugishwa n’umwe ba sogokuruza banyu batahamye? Mbere bishe n’abavugishijwe ku kuza kwa wa Umugororotsi. None namwe ubu mwaramugurishije, muramwica,
ari bo bishe Umwami Yesu n’abavugishwa, natwe bakatwangaza. Babaye igisesema ku Mana, bongera baba abansi b’abantu bose,