Mariko 12:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Nuko abakuru b’abaherezi, abigisha b’ivyagezwe n’abakuru b’ubwo bwoko barondera ingene bomufata kuko bari batahuye ko ari bo yariko aravuga muri uwo mugani. Ariko barabitinya kubera abantu, baca bamusiga aho baragenda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Barondera ingene bomufata, batinya abantu: kuko bamenye yukw ari bo yaciyek’ uwo mugani; bamusiga hano, baragenda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |