Mariko 12:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Nuko Yesu atangura kubigisha akoresheje imigani. Arababwira ati: “Umuntu yateye imizabibu mw’itongo ryiwe, ararizitirira, yimba ikinogo co kuganiramwo imizabibu, yubaka n’umunara wo gucungererako urwo ruzabibu. Hanyuma azeza uwo murima abarimyi, afata urugendo rwa kure. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Atangura kubabgira mu migani, ati Hābaye umuntu yateye uruzabibu, aruzitirira uruzitiro, yimbamw’ ubgato bg’ikinogo, yubakamw’ umutara, arusigarana abarimyi, aja mu mahanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |