Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 11:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Maze abantu benshi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo basasa amashami y’ibiti baciye ku misozi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Benshi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi basasa amashami y’ibiti, ayo baciye mu matongo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 11:8
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abantu isinzi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo baca amashami y’ibiti, bayasasa mu nzira.


Nuko baca bayizanira Yesu, bayisasako impuzu zabo, na we ayicarako.


Abari imbere ya Yesu n’abari inyuma yiwe bagenda barasemerera bavuga bati: “Hozana!” “Hahezagirwe uwuje mw’izina ry’Uhoraho!”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ