7 Nuko baca bayizanira Yesu, bayisasako impuzu zabo, na we ayicarako.
7 Bazana iyo nyana aho Yesu ari, bayishirakw impuzu zabo, ayicarako.
Na bo babishura nk’uko Yesu yababwiye, maze barabareka barayijana.
Maze abantu benshi basasa impuzu zabo mu nzira, abandi na bo basasa amashami y’ibiti baciye ku misozi.