Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 11:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 bamwe mu bantu bari bahagaze aho barababaza bati: “Ivyo mukora ni ibiki? Kuki muzitura iyo nyana y’indogoba?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Bamwe mu bahahagaze barababaza, bati Mukora iki ko muzitura iyo nyana?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 11:5
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ababwira ati: “Nimugende muri iriya mihana iri imbere yanyu; nimwahashika, murahasanga indogoba n’inyana yayo ziziritswe. Muce muzizitura muzinzanire.


Nuko baragenda basanga inyana y’indogoba ihagaze mu nzira, iziritse imbere y’irembo. Bariko barayizitura,


Na bo babishura nk’uko Yesu yababwiye, maze barabareka barayijana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ