Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 11:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Nuko baragenda basanga inyana y’indogoba ihagaze mu nzira, iziritse imbere y’irembo. Bariko barayizitura,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Baragenda, basanga inyana y’indogoba iziritse i ruhande y’irembo ku nzira, barayizitura.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 11:4
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ababwira ati: “Nimugende muri iriya mihana iri imbere yanyu; nimwahashika, murahasanga indogoba n’inyana yayo ziziritswe. Muce muzizitura muzinzanire.


Ba bigishwa baragenda babikora nk’uko Yesu yabibabwiye, bategura ivyo vya Pasika.


Nihagira uwubabaza ati: ‘Ivyo mukora ni ibiki?’ Mumwishure muti: ‘Umwami arayikeneye’ kandi aca ayibasubiza adatevye.”


bamwe mu bantu bari bahagaze aho barababaza bati: “Ivyo mukora ni ibiki? Kuki muzitura iyo nyana y’indogoba?”


Ariko Mariya abwira abakozi ati: “Ico ababwira cose mugikore.”


Ukwizera ni kwo kwatumye Aburahamu yumvira Imana igihe yamuhamagara ngo ave mu gihugu ciwe aje mu kindi yari igiye kumuha ngo kibe iciwe. Yavuye mu gihugu ciwe atazi iyo agiye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ