Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 11:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Mbega umubatizo wa Yohana wavuye ku Mana yo mw’ijuru canke ku bantu? Nimunyishure.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Non’ ukubatiza kwa Yohana kwaturutse mw ijuru, canke se mu bantu? Ni munyishure.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 11:30
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arabishura ati: “Ndababwira aho ububasha butuma nkora ibi buva, nimwishura ikibazo kimwe ngira ndababaze.


Baravugana hagati yabo bati: “Nitwavuga tuti: ‘Wavuye mw’ijuru,’ ahava atubaza ati: ‘None ni kuki mutizeye ivyo Yohana yavuze?’


Ariko ndababwire, Eliya yamaze kuza, kandi abantu bamukoreye ivyo bishakiye, nk’uko Ivyanditswe vyera bibivuga.”


None rero n’ubu ndabahanure: Nimurekure aba bantu bigire! Kuko nimba ivyo bariko barakora vyavuye ku bantu, Nta ho bizoshika.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ