Mariko 11:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nihagira uwubabaza ati: ‘Ivyo mukora ni ibiki?’ Mumwishure muti: ‘Umwami arayikeneye’ kandi aca ayibasubiza adatevye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kandi ni hagira ūbabaza, at’ Ivyo mubikoreye iki? Mumwishure, muti Databuja ni we ayigomba. Uwo mwanya arayirungika ino. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |