Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 11:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 arababwira ati: “Nimugende muri iriya mihana iri imbere yanyu; nimwahashika, murahasanga inyana y’indogoba iziritse ata muntu n’umwe arayigenderako. Muce muyizitura muyizane hano.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 arababarira, ati Muje mur’ iriya mihana ir’ imbere yanyu; ni mwayishikamwo, muca mubona inyana y’indogoba iziritse, ata muntu yigeze kuyigenderako: muyiziture muyizane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 11:2
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bariko baregereza i Yerusalemu, Yesu n’abigishwa biwe bashika ahitwa Betifage n’i Betaniya ku Musozi wa Elayono. Yesu atuma babiri mu bigishwa biwe,


Nihagira uwubabaza ati: ‘Ivyo mukora ni ibiki?’ Mumwishure muti: ‘Umwami arayikeneye’ kandi aca ayibasubiza adatevye.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ