Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 11:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Nuko aca arabigisha ati: “Mbega Ivyanditswe ntibivuga ngo: ‘Inzu yanje izoba iyo gusengerwamwo n’amahanga yose’ ? Ariko mweho mwayihinduye ‘ubwihisho bw’ibisuma.’”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Arigisha arababgira, ati Mbega ntivyanditswe, ngw Ingoro yanje izokwitwa inzu yo gusengerwamwo n’amahanga yose? Ariko mwebge mwayihinduye nk’isenga ry’abambuzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 11:17
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ababwira ati: “Handitswe ngo: ‘Inzu yanje izoba iyo gusengeramwo,’ ariko mweho mwayihinduye ‘ubwihisho bw’ibisuma.’”


Abariko baragurisha inuma arababwira ati: “Sohora ibi bintu! Reka guhindura inzu ya Data isoko!”


ntiyemerera umuntu n’umwe kwinjiza ibidandazwa mu rusengero.


Ashitse mu rusengero, ahasanga abantu bariko baradandaza inka, intama n’inuma; n’abandi bicaye bariko baravunja amafaranga ku mameza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ