Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 11:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Akiri kure abona igiti c’umusukoni gitotahaye, aca aja kuraba ko hari ivyamwa gifise. Agishikiriye ntiyagira icamwa agisangako, atari amababi kuko kitari igihe caco co kwama.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Akiri kure, abona umusukoni urikw amababi, arawēgēra ngo kumbure yogira ic’ awusangako: awushitseko ntiyagira ic’ awubonako, atar’ amababi: kuko kitār’ igihe co kwama c’umusukoni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 11:13
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko abona umusukoni uri hafi y’inzira, arawegera ariko asanga ata kintu na kimwe wamye, kiretse amababi gusa. Hanyuma aca arawubwira ati: “Ntugasubire kwama na rimwe.” Ubwo nyene uwo musukoni uca uruma.


Ku musi ukurikira, bariko baragenda bava i Betaniya, Yesu yumva arashonje.


Maze aca abwira ico giti ati: “Ntugasubire kwama na rimwe!” Ivyo yabivuze abigishwa biwe bumva.


Maze akirambaraye aho hantu, haca haza umuherezi yari amanukanye iyo nzira nyene. Amubonye, aca kure yiwe ku rundi ruhande rw’inzira, arirenganira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ