Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 11:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Ku musi ukurikira, bariko baragenda bava i Betaniya, Yesu yumva arashonje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Bukeye bamaze kuva i Betaniya, yumva arashonje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 11:12
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Amaze gusenga yisonzesheje imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine, yumva arashonje.


Akiri kure abona igiti c’umusukoni gitotahaye, aca aja kuraba ko hari ivyamwa gifise. Agishikiriye ntiyagira icamwa agisangako, atari amababi kuko kitari igihe caco co kwama.


Bukeye mu gitondo, bariko baragenda, babona ca giti c’umusukoni Yesu yavuma cumye kuva mu mizi.


ahamara imisi mirongo ine ageragezwa na Satani. Amara iyo misi ata co arya, maze iheze, yumva arashonje.


Inyuma y’ivyo, Yesu amenye ko vyose birangiye, kandi kugira ngo Ivyanditswe bishike, aravuga ati: “Ndanyotewe.”


Ni co gituma vyari bikwiye ko ahinduka agasa natwe abavukanyi biwe muri vyose; kugira ngo atubere Umuherezi Mukuru w’umunyembabazi kandi w’umwizigirwa imbere y’Imana, kugira ngo atange ikimazi gikura ivyaha vy’abantu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ