Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 11:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Bariko baregereza i Yerusalemu, Yesu n’abigishwa biwe bashika ahitwa Betifage n’i Betaniya ku Musozi wa Elayono. Yesu atuma babiri mu bigishwa biwe,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Bageze hafi y’i Yerusalemu, bashikira i Betifage n’i Betaniya ku musozi wa Elayono, atuma babiri bo mu bigishwa biwe,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 11:1
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze aca abasiga ngaho, ava mu gisagara aja kurara i Betaniya.


Hanyuma Yesu yicaye ku Musozi Elayono, biherereye, abigishwa biwe baramubaza bati: “Tubwire, ivyo bizoshika ryari, kandi ni ikihe kimenyetso kizokwerekana ukugaruka kwawe n’umuhero w’isi?”


Bahejeje kuririmba barasohoka, baja ku Musozi Elayono.


arababwira ati: “Nimugende muri iriya mihana iri imbere yanyu; nimwahashika, murahasanga inyana y’indogoba iziritse ata muntu n’umwe arayigenderako. Muce muyizitura muyizane hano.


Hanyuma Yesu yicaye ku Musozi wa Elayono aharabana n’urusengero, Petero, Yakobo, Yohana na Andereya baramubaza biherereye bati:


Nuko arungika bibiri mu bigishwa biwe, arababwira ati: “Nimugende mu gisagara, mu nzira muraja guhura n’umuntu yikoreye umubindi w’amazi, muce mumukurikira.


Akoranya abigishwa biwe cumi na babiri, abarungika ari babiri babiri, abaha ububasha bwo kwirukana impwemu zihumanye.


Nuko baca bava kuri uwo Musozi wa Elayono, basubira i Yerusalemu; ni urugendo rungana hafi ikilometero kimwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ