Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 10:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 maze bakaba umubiri umwe’; kuko baba batakiri babiri, ahubwo baba babaye umwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 bompi bakaba umubiri umwe. Bituma batakiri babiri, ariko baba babaye umubiri umwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 10:8
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

None rero ico Imana yamatanije, ntihakagire uwukimatanura.”


Mbega ntimuzi ko uwifatanije n’umumaraya aba abaye umwe na we mu mubiri? Kuko Ivyanditswe Vyera bivuga biti: “Uko ari babiri bazohinduka umubiri umwe.”


Muri iyo nzira nyene, abagabo bakwiye gukunda abagore babo nk’imibiri yabo bwite. Uwukunda umugore wiwe abayikunda.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ