Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 10:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Ariko Imana yaremye ‘umugabo n’umugore kuva mu ntango y’irema.’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Arik’ uhereye kw itanguriro ry’ukuremwa, Imana yabaremye bar’ uburyo bubiri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 10:6
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

azoba ari imisi y’umubabaro n’agahinda bitigeze kubaho kuva Imana irema isi kugeza ubu, kandi bitazosubira kubaho.


Kuva isi iremwa, ivyerekeye Imana bitabonwa n’aya maso: ubushobozi bwayo buhoraho, n’ubumana bwayo, biraboneka neza vyerekanywe n’ivyo yaremye. Ni co gituma ata muntu n’umwe afise ico yokwireguza.


Bazoba bavuga bati: “Ukwo ‘kugaruka’ yasezeranye kuri he? Kuva aho ba sogokuruza bapfiriye, vyose bihora uko vyamye ubwa mbere isi ikiremwa.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ