44 kandi uwushaka kuba uwa mbere ategerezwa kuba umugurano wa bose.
44 kand’ ūgomba kuba uw’ imbere, az’ abe umuja wa mwese.
Kandi umuntu niyagomba kukuburanya kugira ngo akunyage ishati yawe, umuhebere n’ikoti na yo.
Uko si ko bikwiye kumera muri mwebwe. Uwushaka kuba umukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umukozi wanyu,
Kuko n’Umwana w’Umuntu ntiyazanywe no gukorerwa, ahubwo yazanywe no gukorera abandi no gutanga ubuzima bwiwe ngo bube incungu ya benshi.”
Yesu amaze kwicara ahamagara ba bigishwa cumi na babiri arababwira ati: “Umuntu wese ashaka kuba uwa mbere ategerezwa kuba uw’inyuma ya bose, n’umukozi wa bose.”
Ahubwo, yiyambuye ubumana bwiwe, yambara ishusho y’umugurano, acika uwusa n’abantu.