Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 10:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 Bamwe cumi bandi bavyumvise bashavurira Yakobo na Yohana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Bamwe cumi bavyumvise batangura kwitonganiriza ivya Yakobo na Yohana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 10:41
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bamwe cumi bandi bavyumvise, bashavurira abo bahungu babiri bavukana.


Yesu aca arabahamagara bose ababwira ati: “Murazi ko abatware b’Abanyamahanga babatwaza umukazo, kandi ko ababaganza babacinyiza.


Maze haduka impari hagati yabo, bagomba kumenya umukuru muri bo.


Yesu arababwira ati: “Abami b’Abanyamahanga babatwaza umukazo, kandi ababafiseko ububasha bose bashaka kwitwa abagiraneza.


Urukundo rwanyu rurangwe no kugiriranira igishika nk’abavukana, kandi umuntu wese anezerezwe no gushira imbere mugenziwe.


Ntihakagire ico mukora musunitswe n’ukwikunda canke n’ukwishira hejuru, ariko mu kwicisha bugufi, mushire abandi imbere.


Canke mwibaza ko Ivyanditswe bibesha iyo bivuga ko Imana itwiyegerezanya ishaka ryo kutwiganzira rwose kubera Mpwemu wayo yadushizemwo?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ