Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 10:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Baramwishura bati: “Mose yaremeye ko umuntu ashobora guha umugore wiwe urwandiko rwemeza ko bahukanye hanyuma akamwirukana.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Baramwishura, bati Mose yemeye ko handikwa icete co kuvāvānura, akamwirukana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 10:4
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kubera ko Yosefu yari umuntu atunganye, yiyumvira ingene yomuheba mu mpisho, kuko atagomba kumutetereza mu bantu.


Baramubaza bati: “None ni kuki Mose yategetse ko umugabo yandikira umugore urwandiko rwemeza ko bavavanuye, hanyuma akamwirukana?”


Arabishura ati: “Mbega ivyagezwe vya Mose bitegeka iki?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ