Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 10:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Bari mu nzira baduga i Yerusalemu, Yesu agendera imbere y’abigishwa biwe kandi bari bahagaritse imitima, ndetse n’abagendana na bo bari bafise ubwoba. Nuko Yesu yihereranya bamwe cumi na babiri, yongera kubabwira ibigiye kumubako.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Bāri mu nzira badūga i Yerusalemu. Yesu yar’ abagiye imbere, baratangara, abāmukurikira baratinya. Yongera kujana bamwe cumi na babiri bar’ ukwabo, atangura kubabarira ibigira bimubeko,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 10:32
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo mwanya Yesu aravuga ati: “Ndagushima Data, Mwami w’ijuru n’isi, kuko ivyo wabihishije abigira abanyabwenge n’abahinga, ukabihishurira abameze nk’abana bato.


Yesu arabishura ati: “Ni mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’ijuru, ariko bo ntibabihawe.


Abantu bose baratangara, barabazanya bati: “Mbega ibi ni ibiki? Ni inyigisho nshasha kandi zirimwo ububasha! N’impwemu mbi na zo arazitegeka zikamwumvira!”


Nta kintu na kimwe yabigishije adakoresheje imigani. Ariko asigaranye n’abigishwa biwe bonyene, yaca abasigurira vyose.


Maze arahindukira, abwira abigishwa biwe bonyene ati: “Harahiriwe amaso abona ivyo muriko murabona.


Yesu ahejeje kuvuga ivyo, aca arabandanya aduga i Yerusalemu.


Igihe ciwe co kuduzwa mw’ijuru cegereje, Yesu afata ingingo yo kuja i Yerusalemu.


Toma (uwo batazira Ihasa) abwira abigishwa bagenziwe ati: “Reka tugende natwe dupfane na Yesu.”


Abigishwa biwe baramubaza bati: “Mwigisha, haheze imisi mike cane Abayuda bashatse kugutera amabuye, none ushaka gusubirayo?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ