Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 10:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Kandi benshi mu bari imbere bazoba ab’inyuma, abari inyuma na bo babe ab’imbere.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Ariko benshi b’imbere bazoba ab’ inyuma, kand’ ab’ inyuma bazoba ab’ imbere.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 10:31
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko benshi mu bari imbere bazoba ab’inyuma, abari inyuma na bo babe ab’imbere.


Abari inyuma bazoba ab’imbere, kandi abari imbere bazoba ab’inyuma.”


Mbega muri abo babiri, ni nde yakoze ivyo se yagomba?” Baramwishura bati: “Uwa mbere.” Yesu arababwira ati: “Ndababwire ukuri, abatozakori biba n’abamaraya barabatanze kwinjira mu Bwami bw’Imana.


Kandi mumenye ko hari bamwe mu bari inyuma bazoba ab’imbere, na bamwe mu bari imbere bazoba ab’inyuma.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ