Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Mariko 10:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ivyo vyarushirije gutangaza abigishwa, maze baravugana bati: “None ni nde ashobora gukizwa?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Baratangara rwose, bati None rero, ni nde ashobora gukizwa?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Mariko 10:26
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Vyokworoha ko ingamiya ica mu gatoboro k’urushinge rubarira kurusha ko umutunzi yinjira mu Bwami bw’Imana.”


Yesu arabitegereza, hanyuma ababwira ati: “Ku bantu, ntibishoboka. Ariko ku Mana, vyose birashoboka.”


Nuko atambukira mu bwato maze umuyaga uca urahagarara. Na bo baratangara cane,


Abantu baratangara cane, bituma baguma bavuga bati: “Ivyo akora vyose biratangaje. Atuma n’ibipfamatwi vyumva, n’ibiragi bikavuga.”


Umuntu umwe aramubaza ati: “Mwami, ubwo abakizwa ntibazoba bake?” Yesu aramwishura ati:


Abavyumvise baramubaza bati: “None, nimba biri uko, ni nde ashobora gukizwa?”


Baramwishura bati: “Izere Umwami Yesu, urakizwa, wewe n’abo mu nzu yawe.”


Mbega ni abakozi ba Kristo? (Nataye ubwenge kubona ndiko mvuga uku) Ndabaruta. Nakoze cane kubasumvya, nashizwe mw’ibohero kenshi, nakubiswe kenshi katoharurwa, nahatswe gupfa kenshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ